Ku wa gatandatu
“Mwihanganire bose”—1 Abatesalonika 5:14
Mu Gitondo
-
2:20 Ividewo y’umuziki
-
2:30 Ururirimbo No. 58 n’isengesho
-
2:40 INSIGURO Y’IBICE BINE: ‘Turerekana ko turi abasuku b’Imana . . . mu kwihangana’
-
• Igihe twamamaza (Ivyakozwe 26:29; 2 Abakorinto 6:4, 6)
-
• Igihe twigisha abatohoji ba Bibiliya (Yohani 16:12)
-
• Igihe turemeshanya (1 Abatesalonika 5:11)
-
• Igihe dusukura turi abakurambere (2 Timoteyo 4:2)
-
-
3:30 Ko Imana itwihanganira, natwe nitwihanganire abandi (Matayo 7:1, 2; 18:23-35)
-
3:50 Ururirimbo No. 138 n’amatangazo
-
4:00 INSIGURO Y’IBICE BINE: ‘Mwihanganirane mu rukundo mubigiranye ukwigumya’
-
• Incuti zawe zidasenga Yehova (Abakolosayi 4:6)
-
• Uwo mwubakanye (Imigani 19:11)
-
• Abana bawe (2 Timoteyo 3:14)
-
• Abo mu muryango bafise ubumuga canke bashaje (Abaheburayo 13:16)
-
-
4:45 IBATISIMU: Ukwihangana kwa Yehova ni ubukiriro bwacu! (2 Petero 3:13-15)
-
5:15 Ururirimbo No. 75 n’akaruhuko
Ku Muhingamo
-
6:35 Ividewo y’umuziki
-
6:45 Ururirimbo No. 106
-
6:50 Kubera iki twokwirinda umunezero umara akanya gato? (1 Abatesalonika 4:3-5; 1 Yohani 2:17)
-
7:15 INSIGURO Y’IBICE BITANU: “Wopfuma wihangana hako ugira umutima wibona”
-
• Niwigane Abeli, ntiwigane Adamu (Umusiguzi 7:8)
-
• Niwigane Yakobo, ntiwigane Esawu (Abaheburayo 12:16)
-
• Niwigane Musa, ntiwigane Kora (Guharura 16:9, 10)
-
• Niwigane Samweli, ntiwigane Sawuli (1 Samweli 15:22)
-
• Niwigane Yonatani, ntiwigane Abusalomu (1 Samweli 23:16-18)
-
-
8:15 Ururirimbo No. 87 n’amatangazo
-
8:25 IGIKINO: “Nuragize Yehova inzira yawe”—Igice ca 1 (Zaburi 37:5)
-
8:55 “Igihe baduhamye, turihangana cane” (1 Abakorinto 4:12; Abaroma 12:14, 21)
-
9:30 Ururirimbo No. 79 n’isengesho risozera