Raporo yo mu 2016 yose ifatiwe hamwe
Ibiro vy’amashami y’Ivyabona vya Yehova: 89
Igitigiri c’ibihugu bitanga raporo: 240
Amashengero yose hamwe: 119.485
Abitavye Icibutso kw’isi yose: 20.085.142
Abihereje ku bimenyetso vy’Icibutso kw’isi yose: 18.013
Abamamaji bose hamwe: 8.340.847
Incahagati y’abamamaji buri kwezi: 8.132.358
Iyongerekana ugereranije na 2015: 1,8
Ababatijwe bose hamwe: 264.535
Incahagati y’abatsimvyi bafasha buri kwezi: 459.393
Incahagati y’abatsimvyi buri kwezi: 1.157.017
Amasaha yo mu ndimiro yose hamwe: 1.983.763.754
Incahagati y’inyigisho zayobowe buri kwezi: 10.115.264
Mu mwaka w’umurimo wa 2016, Ivyabona vya Yehova basohoye amadolari arenga imiliyoni 213 (nk’amarundi arenga imiliyaridi 360) mu kubungabunga abatsimvyi badasanzwe, abamisiyonari n’abacungezi b’imizunguruko mu gikorwa bashinzwe co mu ndimiro. Kw’isi yose, abasuku bose hamwe bakorera ku biro vy’amashami ni 19.818. Bose bari mu Rwego rwo kw’isi yose rw’abasuku badasanzwe b’igihe cose b’Ivyabona vya Yehova.