Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

IGIHIMBA CA 1

“Ingo urabe” Kristu

“Ingo urabe” Kristu

Naho haciye nk’imyaka 2.000 Yezu abaye kw’isi, muri kino gihe biracashoboka ko “tuza tukaraba” Umwana w’Imana. (Yohani 1:46) Inkuru zo mu Njili zirerekana neza ukuntu yari ameze, ukuntu yiyumvira n’ingene yakora ibintu. Iki gihimba kirerekana muri make kamere zidasanzwe za Yezu.