Ja ku birimwo

EPIZODE YA 1

Umuco w’ukuri w’isi

Umuco w’ukuri w’isi

Jambo yari kumwe n’Imana kuva mu ntango kandi yari imana (gnj 1 00:00–00:43)

Imana yakoresheje Jambo mu kurema ibindi bintu vyose (gnj 1 00:44–01:00)

Ubuzima n’umuco vyabayeho biciye kuri Jambo (gnj 1 01:01–02:11)

Umwiza ntiwatsinze umuco (gnj 1 02:12–03:59)

Luka asigura ivyatumye yandika inkuru yiwe, akaba ayandikira Tewofile (gnj 1 04:13–06:02)

Gaburiyeli amenyesha imbere y’igihe ivuka rya Yohani Umubatizi (gnj 1 06:04–13:53)

Gaburiyeli amenyesha imbere y’igihe ivuka rya Yezu (gnj 1 13:52–18:26)

Mariya aja kuramutsa incuti yiwe Elizabeti (gnj 1 18:27–21:15)

Mariya ashemeza Yehova (gnj 1 21:14–24:00)

Yohani avuka; ahabwa izina (gnj 1 24:01–27:17)

Ubuhanuzi bwa Zakariya (gnj 1 27:15–30:56)

Mariya yibungenga bivuye ku mpwemu nyeranda; ukuntu Yozefu yavyakiriye (gnj 1 30:58–35:29)

Yozefu na Mariya baja i Betelehemu; Yezu avuka (gnj 1 35:30–39:53)

Abamarayika babonekera abungere bari mu gahinga (gnj 1 39:54–41:40)

Abungere baja ku bwato bw’ibitungwa (gnj 1 41:41–43:53)

Yezu ashikirizwa Yehova ku rusengero (gnj 1 43:56–45:02)

Simeyoni aterwa iteka ryo kubona Kristu (gnj 1 45:04–48:50)

Ana avuga ivyerekeye uwo mwana (gnj 1 48:52–50:21)

Abaragurisha inyenyeri baja kuraba Yezu; Herodi agira umugambi wo kumwica (gnj 1 50:25–55:52)

Yozefu atora Mariya na Yezu bagahungira mu Misiri (gnj 1 55:53–57:34)

Herodi yica abana b’abahungu b’i Betelehemu no mu micungararo yaho (gnj 1 57:35–59:32)

Umuryango wa Yezu uja kuba i Nazareti (gnj 1 59:34–1:03:55)

Yezu ku rusengero afise imyaka cumi n’ibiri (gnj 1 1:04:00–1:09:40)

Yezu asubira i Nazareti ari kumwe n’abavyeyi biwe (gnj 1 1:09:41–1:10:27)

Umuco w’ukuri wagira uze mw’isi (gnj 1 1:10:28–1:10:55)