Porogarama y’iteraniro ry’umuzunguruko ryo mu 2019-2020 ririmwo umucungezi w’umuzunguruko

Nurabe iyi porogarama kugira umenye ibizovugwa kuri iryo teraniro ry’umuzunguruko. Ryataziriwe ngo “Urukundo rurubaka.”

“Urukundo rurubaka”

Kuri iryo teraniro hazosigurwa ukuntu urukundo ruruta ubumenyi be n’ingene ivyo dukora vyose twobikorana urukundo.

Niwumvirize inyishu z’ibi bibazo

Ibi bibazo bizokwishurwa mu kiringo ca porogarama y’iteraniro.