Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Niwumvirize inyishu z’ibi bibazo

Niwumvirize inyishu z’ibi bibazo
  1. Ni ibiki Yehova akoresha mu kuturonsa inkomezi n’ubushobozi? (Yos. 1:9; Zab. 68:35)

  2. Ni gute twobandanya gukomeza ukwizera kwacu? (Heb. 11:6)

  3. Kubera iki twokwizigira kuroranirwa mu gikorwa Yehova yadushinze? (Hag. 2:4-9)

  4. Yehova adukomeza gute igihe duhanganye n’ibigeragezo bikomeye? (Zab. 18:6, 30; Kol. 4:10, 11)

  5. Ni igiki kizofasha abakiri bato n’abubatse gushigikira ubusegaba bwa Yehova? (Mat. 22:37, 39)

  6. Twoshobora gute guhagarara dushikamye mu kwizera kandi dukomeye? (1 Kor. 16:13; Rom. 15:5; Heb. 5:11–6:1; 12:16, 17)