Abakirisu
Vyagenze gute ngo abigishwa ba Yezu bitwe abakirisu?
Ni ibiki biranga abakirisu b’ukuri?
Yoh 13:15, 35; 15:17; 1Pt 2:21
Raba kandi Gl 5:22, 23; Fp 2:5, 6; 1Yh 2:6; 4:20
Abakirisu b’ukuri bakizwa hishimikijwe iki?
Raba kandi Ivk 5:30, 31; Rm 6:23
Kubera iki abakirisu bayobokera Kristu nk’Umwami aganza ari mw’ijuru?
Kubera iki abakirisu b’ukuri birinda kwisuka mu vy’iyi si?
Raba kandi «Kuba abagenzi b’isi» na «Intwaro—Abakirisu baguma ata ho bahengamiye»
Kubera iki abakirisu b’ukuri bagamburukira abategetsi?
Rm 13:1, 6, 7; Tt 3:1; 1Pt 2:13, 14
-
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
-
Mt 22:15-22—Yezu yarasiguye igituma abigishwa biwe bariha amakori
-
Ivk 4:19, 20; 5:27-29—Abigishwa ba Yezu ntibagamburukira abategetsi iyo babasavye kurenga ku mategeko y’Imana
-
Abakirisu ni abasoda mu buryo ubuhe?
Raba kandi Ef 6:12, 13; 1Tm 1:18
Ni kubera iki abakirisu bakwiye kugendera ivyo bemera?
Raba kandi Ef 4:17, 19-24; Yak 3:13
-
Inkuru yo muri Bibiliya yogufasha:
-
Ivk 9:1, 2; 19:9, 23 —Ugusenga kw’abakirisu kwitwa kandi «inzira» kubera ko bagerageza gukurikiza intambuko za Kristu mu buzima bwabo
-
Kubera iki abakirisu b’ukuri ari Ivyabona vya Yehova Imana?
Yes 43:10, 12; Yoh 17:6, 26; Rm 15:5, 6; Ivy 3:14
Raba kandi Heb 13:15
Kubera iki kandi abakirisu b’ukuri ari ivyabona vya Yezu Kristu?
Ivk 1:8; 5:42; 10:40-42; 18:5; Ivy 12:17
Raba kandi Ivk 5:30, 32; 13:31
Kubera iki abakirisu b’ukuri bose bakwiye kwamamaza inkuru nziza?
Abakirisu bakwiye kubona gute uruhamo?
Raba kandi «Uruhamo»
Abakirisu b’ukuri bose boba bazobana na Yezu Kristu mw’ijuru?
Raba kandi 1Pt 1:3, 4
Abakirisu b’ukuri benshi bafise icizigiro ikihe?
Abakirisu b’ukuri boba bari mu madini atandukanye y’abitwa abakirisu?
Abiyita abakirisu bose boba vy’ukuri ari abigishwa ba Kristu?
Mt 7:21-23; Rm 16:17, 18; 2Kr 11:13-15; 2Pt 2:1
-
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
-
Mt 13:24-30, 36-43—Yezu yaratanze ikigereranyo cerekana ko hobayeho abakirisu benshi b’ikinyoma
-
2Kr 11:24-26—Mu bintu intumwa Pawulo yavuze ko vyamubereye akaga yarashizemwo n’«abavukanyi b’ikinyoma»
-
1Yh 2:18, 19—Intumwa Yohani yaragabishije ko ba «antikristu benshi» bari bamaze guheba ukuri
-