Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Amahoro

Amahoro

Ni igiki cerekana ko Yehova aha agaciro amahoro?

Twokora iki kugira turonke amahoro menshi?

Zb 119:165; Yes 48:​17, 18; Rm 12:​17-21; Fp 4:​6-9

Raba kandi Yoh 16:33; Ef 6:​14, 15; Kl 3:15

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • It 32:​9-21; 33:​1-4—Yakobo yaritaye ku rutare kugira asubize hamwe na mwenewabo Esawu

    • Mt 5:​23-26—Yezu yarerekanye igituma bihambaye gusubiza hamwe n’abandi n’ivyiza bivamwo