Gukekeranya
Kubona ko ata co tumaze canke ko ata co dushoboye bishobora gutuma twiyumva gute?
Gh 11:14, 15; 1Bm 19:1-4; Yb 3:3; Yr 15:10
-
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
-
Dn 10:8-11, 18, 19—Umuhanuzi Daniyeli yumvise ata dutege, ariko yarakomejwe no kwumva umumarayika amubwira ko Yehova amukunda cane
-
Mt 10:29-31—Yezu yarakoresheje ikigereranyo c’akajuri kugira yerekane ko Yehova adukunda kandi ko atwitwararika
-
-
Ivyanditswe biremesha: