Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Gusenga ibigirwamana

Gusenga ibigirwamana

1Kr 5:11; 10:14; Kl 3:5

Raba kandi Gus 4:​25, 26; Yes 42:8; 1Yh 5:21

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Yes 44:​9-20—Biciye ku muhanuzi Yesaya, Yehova yarerekanye ko gusenga ibigirwamana ari ubujuju

    • Dn 3:​1-30—Ba basore batatu b’Abaheburayo bagenzi b’umuhanuzi Daniyeli baremeye gupfa batawe mw’ifuru yaka umuriro, aho gusenga ibigirwamana