Gutanga
Img 11:25; Ivk 20:35; 2Kr 9:11
Raba kandi Img 19:17; Mt 10:8; Lk 6:38
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
1Ng 22:6-16—Naho umwami Dawidi atemerewe kwubaka urusengero nk’uko yari yavyipfuje, yaratanze ibikoresho vyinshi bikenewe kugira rwubakwe
1Bm 17:8-16—Wa mupfakazi w’i Zarefati yaragaburiye umuhanuzi Eliya udufungurwa yari asigaranye, naho yari azi ko we n’umuhungu wiwe bociye bicwa n’inzara