Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Kubesha

Kubesha

Yehova abona gute abadashitsa ivyo basezeranye?

Rm 1:​31, 32

Raba kandi Zb 15:4; Mt 5:37

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Kv 9:​27, 28, 34, 35—Farawo yaremeye kurekura abantu b’Imana, ariko mu nyuma arihindukiza

    • Ezk 17:​11-15, 19, 20—Yehova yarahanye umwami Zedekiya kubera yarenze ku vyo yasezeraniye umwami wa Babiloni akanarahira

    • Ivk 5:​1-10—Ananiya na Safira barabeshe yuko bahaye ishengero amahera yose bagurishije itongo

Yehova abona gute abambika ibara abandi?

Zb 15:​1-3; Img 6:​16-19; 16:28; Kl 3:9

Raba kandi Img 11:13; 1Tm 3:11