Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Kubumbwa n’ivyo dufise

Kubumbwa n’ivyo dufise

Img 30:​8, 9; 1Tm 6:​6-8; Heb 13:5

Raba kandi Mt 6:​11, 19-21, 24-33; Ivk 20:35; Fp 4:​11-13

  • Inkuru yo muri Bibiliya yogufasha:

    • 1Bm 17:​8-16—Yehova yarahezagiye umupfakazi w’i Zarefati, atari mu kumuha ibintu vyinshi vy’umubiri ahubwo mu kumuha ibifungurwa bimukwiriye ku musi ku musi. Ico gitangaro kiratwigisha kubumbwa n’ivyo dufise