Ubusambanyi
Inyifato iteye isoni kandi y’akagagazo; ubuhumane; kurenga ibigo
Kv 20:13-17; Mr 7:21-23; 1Kr 6:9, 10, 18; Gl 5:19, 21; Ef 5:5; 1Pt 4:3
Raba kandi Lw 20:10; Img 6:32; Rm 13:13; Ef 4:19; 5:3; 2Pt 2:2, 7, 8, 18, 19
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
It 39:7-12—Umugore wa Potifari yaguma agerageza kuryosharyosha Yozefu ngo baryamane, ariko ntiyigeze avyemera
2Sm 12:7-14—Kuba Dawidi yararenze ibigo na Batisheba vyatumye umuryango wa Dawidi umara imyaka uri mu ngorane n’imibabaro