Ubwoba
Kugira ubwoba
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
Kv 32:1-4, 21-24—Aroni yaratinye abantu igihe bamuremera ngo abakorere inyana y’inzahabu
Mr 14:50, 66-72—Intumwa zose zaratekewe n’ubwoba zirata Yezu zirahunga, mu nyuma Petero arihakana Kristu
Ivyanditswe biremesha:
Inkuru zo muri Bibiliya ziremesha:
2Ng 20:1-17, 22-24—Umwami Yehoshafati n’abandi basavyi b’Imana baragize ubwoba kubera ingabo nyinshi kandi zikomeye zabataye, mugabo Yehova yarabaremesheje yongera arabakiza
Lk 12:4-12—Yezu yarigishije abayoboke biwe igituma badakwiye gutinya abantu canke guhagarika umutima ku bijanye n’ingene boburanira ukwizera kwabo imbere y’abategetsi