Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ukumera neza

Ukumera neza

Twemezwa n’iki ko Yehova ari mwiza?

Zb 25:8; 31:19; 3Yh 11

Raba kandi Yr 31:12, 13; Zk 9:16, 17

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Kv 33:17-20; 34:5-7—Biciye mw’iyerekwa, Yehova yarahishuriye umuhanuzi Musa ukumera neza kwiwe hamwe n’izindi kamere nziza nyinshi zimuranga

    • Mr 10:17, 18—Yezu yavuze ko Yehova ari we mwiza wenyene, kubera ko ari we sôko ry’ukumera neza kwose kandi akaba ari we atubwira iciza ico ari co

Kubera iki dukwiye gukorera abandi iciza?

Img 12:2; Gl 6:10; 1Ts 5:15

Raba kandi Rm 15:2, 14; Ef 4:28

  • Inkuru yo muri Bibiliya yogufasha:

    • Rm 5:7—Intumwa Pawulo yasiguye ko kumera neza biruta ubugororotsi, naho na bwo nyene buhambaye