Ukwiruhura
Vyoba bibereye ko abakirisu bisamaza canke biruhura?
-
Inkuru yo muri Bibiliya yogufasha:
-
Mr 6:31, 32—Naho Yezu yari afise vyinshi vyo gukora, yabwiye abigishwa biwe kurondera ikibanza baza kuruhukiramwo
-
Ni ingingo ngenderwako izihe zodufasha kutareka ivy’ukwiruhura ngo bitubuze kwitwararika ivy’impwemu?
Mt 6:21, 33; Ef 5:15-17; Fp 1:9, 10; 1Tm 4:8
Raba kandi Img 21:17; Ums 7:4
Kubera iki dukwiye kwirinda ukwinezereza canke ukwiruhura kuremesha inyifato y’ubuhumbu?
Kubera iki dukwiye kwirinda ukwiruhura kuremesha agatima ko guhiganwa birenze?
Kubera iki dukwiye kwirinda ukwiruhura kuremesha ubukozi bw’ikibi?
Ni ibintu bwoko ki vyo gutwenza bitabereye ku bakirisu?
Kubera iki dukwiye kutirengagiza ijwi ryo mu mutima ry’abandi igihe dufata ingingo ku bijanye no kwiruhura canke kwinezereza?