Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Umunezero

Umunezero

Ni igiki cerekana ko Yehova ari Imana inezerewe?

Ni imvo izihe dufise zo kunezerwa?

Zb 100:2; Ums 8:15; Yes 65:​14, 18; Fp 4:​1, 4

Raba kandi Zb 64:10; Yes 61:10; Mt 5:​11, 12

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Zb 16:​7-9, 11—Umwanditsi w’amazaburi Dawidi yararonse umunezero wuzuye kubera yari acuditse na Yehova

    • Heb 12:​1-3—Intumwa Pawulo yarasiguye yuko icizigiro gituma natwe dushobora kuronka umunezero nka kurya kwa Yezu, naho twoba turi mu bihe bigoye