Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Impapuro zihereza

Impapuro zihereza

Ku vyerekeye Yehova Imana, Yesaya 40:11 havuga hati: «Kurya kw’umwungere, azokwitaho ubusho bwiwe. Azokwegeranya imyagazi y’intama n’ukuboko kwiwe, ayitware mu gikiriza ciwe.» Iyo uravye umwagazi wibereye mu gikiriza c’umwungere, woba wumva ucambirwa kugiranira mwene ubwo bucuti bwa hafi na So wo mw’ijuru? Ariko none ushobora gute kwiyegereza Yehova?