Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

IGIHIMBA CA 1

«Ububasha buteye akoba»

«Ububasha buteye akoba»

Muri iki gihimba turaza gusuzuma inkuru zo muri Bibiliya zemeza ububasha Yehova afise bwo kurema, gusangangura, gukingira no gusubiza ibintu mu buryo. Gutahura ukuntu Yehova Imana, we afise «ububasha buteye akoba», akoresha «inkomezi zitagira uko zingana», biratuma turushiriza kugira umutima rugabo n’icizigiro.​—Yesaya 40:26.

IBIRI MURI IKI GIHIMBA

IKIGABANE CA 4

«Yehova . . . afise ububasha bwinshi»

Ububasha bw’Imana bwoba bukwiye gutuma tuyitinya? Ego na oya zose ni inyishu z’ukuri.

IKIGABANE CA 5

Ububasha bwo kurema bw’«Umuremyi w’ijuru n’isi»

Uhereye ku zuba ryacu amahero gushika ku mununi mutoyi cane, ivyo Imana yaremye birashobora kutwigisha ibintu bihambaye ku biyerekeye.

IKIGABANE CA 6

Ububasha bwo gusangangura​—«Yehova ni umurwanyi akomeye»

«Imana y’amahoro» ishobora gute kurwana?

IKIGABANE CA 7

Ububasha bwo gukingira​—«Imana ni ubuhungiro bwacu»

Imana ikingira abasavyi bayo mu buryo bubiri, ariko bumwe ni bwo buhambaye cane kuruta.

IKIGABANE CA 8

Ububasha bwo gusubiza ibintu mu buryo​—Yehova “ibintu vyose ariko abigira bishasha”

Yehova aramaze gusubizaho ugusenga gutyoroye. Ni ibiki azosubizaho muri kazoza?

IKIGABANE CA 9

«Kristu ni ububasha bw’Imana»

Ibitangaro vya Yezu Kristu n’inyigisho ziwe vyerekana iki ku bijanye na Yehova?

IKIGABANE CA 10

“Niwigane Imana” mu kuntu ukoresha ububasha

Ushobora kuba ufise ububasha bwinshi kuruta uko uvyibaza. Ushobora gute kubukoresha neza?