Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

IGIHIMBA CA 3 • IVYAKOZWE 10:1–12:25

“Abanyamahanga baremeye ijambo ry’Imana”

“Abanyamahanga baremeye ijambo ry’Imana”

IVYAKOZWE 11:1

Abayuda bakurikiye Yezu boba baragize umutima ukunze wo kubwira inkuru nziza abanyamahanga batagenyerewe? Muri iki gihimba, turaza kubona ingene impwemu ya Yehova yafashije abakirisu gutsinda agatima ko kwinuba abandi, maze ivyo bigatuma barushiriza kugira ishaka ryo kubwira inkuru nziza abantu bo mu mahanga yose.