Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

IGIHIMBA CA 7 • IVYAKOZWE 18:23–21:17

“Kwigishiriza ku mugaragaro n’inzu ku nzu”

“Kwigishiriza ku mugaragaro n’inzu ku nzu”

IVYAKOZWE 20:20

Ni kubera iki dukwiye kwicisha bugufi no guhuza n’uko ibintu biba vyifashe igihe twigisha abandi? Ni uburyo nyamukuru ubuhe dukoresha mu kwamamaza inkuru nziza? Twokwerekana gute ko gukora ivyo Imana igomba ari co kintu gihambaye kuruta ivyo ubwacu dukurikirana? Inkuru ishimishije yigana urugendo rwa gatatu rw’ubumisiyonari rwa Pawulo, rukaba ari na rwo rwa nyuma yagize, irashobora kudufasha kwishura ivyo bibazo bihambaye cane.