Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

IGIHIMBA CA 1 • IVYAKOZWE 1:1–6:7

«Mwujuje Yeruzalemu inyigisho zanyu»

«Mwujuje Yeruzalemu inyigisho zanyu»

IVYAKOZWE 5:28

Igihe impwemu nyeranda yasukwa ku bigishwa ba Yezu kuri Pentekoti yo mu 33 inyuma ya Kristu, baciye bakora bivuye inyuma igikorwa co gushinga intahe ku vyerekeye Ubwami bw’Imana. Muri iki gihimba, tuza guca irya n’ino inkuru ishimishije yigana ukuntu ishengero rya gikirisu ryashinzwe, ukuntu intahe yarushirije gushingwa i Yeruzalemu be n’ukuntu intumwa zagize ubutinyutsi naho zaguma zirushiriza kurwanywa.