Porogarama y’ihwaniro ryo mu 2018

Porogarama y’ihwaniro ry’Ivyabona vya Yehova ryo mu 2018 ryataziriwe ngo ‘Nugire umutima rugabo’.

Ku wa gatanu

Porogarama y’uyu musi ishingiye kuri Yosuwa 1:7 ahagira hati: “Ugire umutima rugabo kandi ukomere cane.”

Ku wa gatandatu

Ni gute twovuga ijambo ry’Imana ata bwoba?

Ku wa mungu

Ibintu bigiye kuba bizosaba abasavyi b’Imana kugira umutima rugabo.

Ibimenyeshwa abitavye ihwaniro

Raba amakuru ukeneye yerekeye ihwaniro.