Ku wa mungu
“Uwihanganye gushika kw’iherezo ni we azokizwa”—MATAYO 24:13
MU GITONDO
-
2:20 Ividewo y’umuziki
-
2:30 Ururirimbo No. 121 n’isengesho
-
2:40 INSIGURO Y’IBICE UMUNANI: Dutegerezwa ‘kwiruka twihanganye’
-
Niwiruke gushika utsinze (1 Abakorinto 9:24)
-
Niwimenyereze ubigiranye ubwira (1 Abakorinto 9:25-27)
-
Niwikureko ibikuremera bidakenewe (Abaheburayo 12:1)
-
Niwigane uburorero bwiza (Abaheburayo 12:2, 3)
-
Niwifungurire ibituma ugira amagara meza (Abaheburayo 5:12-14)
-
Nunywe amazi menshi (Ivyahishuwe 22:17)
-
Nukurikize amategeko y’isiganwa (2 Timoteyo 2:5)
-
Niwizigire ko uzotahukana intsinzi (Abaroma 15:13)
-
-
4:10 Ururirimbo No. 141 n’amatangazo
-
4:20 INSIGURO YA BOSE ISHINGIYE KURI BIBILIYA: Nugumane icizigiro (Yesaya 48:17; Yeremiya 29:11)
-
4:50 Incamake y’Umunara w’Inderetsi
-
5:20 Ururirimbo No. 20 n’akaruhuko
KU MUHINGAMO
-
6:35 Ividewo y’umuziki
-
6:45 Ururirimbo No. 57
-
6:50 IGIKINO: “Mwibuke muka Loti”—Igice ca 3 (Luka 17:28-33)
-
7:20 Ururirimbo No. 54 n’amatangazo
-
7:30 ‘Nugume ubirindiriye . . . Ntibizocererwa’ (Habakuki 2:3)
-
8:30 Ururirimbo No. 129 n’isengesho ryo gusozera