Ku wa gatandatu
“Nimwiratire izina ryiwe ryeranda. Umutima w’abarondera Yehova nunezerwe”—Zaburi 105:3
MU GITONDO
-
2:20 Ividewo y’umuziki
-
2:30 Ururirimbo No. 53 n’isengesho
-
2:40 INSIGURO Y’IBICE BITANDATU: Niwironkere umunezero wo guhindura abantu abigishwa: Nuryohore ubuhanga bwawe
-
• Kubaza ibibazo (Yakobo 1:19)
-
• Nureke ububasha bw’Ijambo ry’Imana bukore (Abaheburayo 4:12)
-
• Uburorero butomora ivyiyumviro nyamukuru (Matayo 13:34, 35)
-
• Kwigisha ushwashwanutse (Abaroma 12:11)
-
• Kugaragaza impuhwe (1 Abatesalonika 2:7, 8)
-
• Gukora umutohoji ku mutima (Imigani 3:1)
-
-
3:50 Ururirimbo No. 58 n’amatangazo
-
4:00 INSIGURO Y’IBICE BITATU: Niwironkere umunezero wo guhindura abantu abigishwa: Niwemere Yehova agufashe
-
• Ibikoresho vy’ubushakashatsi (1 Abakorinto 3:9; 2 Timoteyo 3:16, 17)
-
• Abavukanyi bacu (Abaroma 16:3, 4; 1 Petero 5:9)
-
• Isengesho (Zaburi 127:1)
-
-
4:45 IBATISIMU: Ingene ibatisimu ituma urushiriza guhimbarwa (Imigani 11:24; Ivyahishuwe 4:11)
-
5:15 Ururirimbo No. 79 n’akaruhuko
KU MUHINGAMO
-
6:35 Ividewo y’umuziki
-
6:45 Ururirimbo No. 76
-
6:50 Ingene abavukanyi bariko barironkera umunezero wo guhindura abantu abigishwa . . .
-
• Muri Afrika
-
• Muri Aziya
-
• I Buraya
-
• Muri Amerika ya Ruguru
-
• Muri Oseyaniya
-
• Muri Amerika y’Epfo
-
-
7:35 INSIGURO Y’IBICE BITANU: Nufashe abo wigisha Bibiliya . . .
-
• Kwigaburira mu vy’impwemu (Matayo 5:3; Yohani 13:17)
-
• Kwitaba amakoraniro (Zaburi 65:4)
-
• Kwirinda abagenzi babi (Imigani 13:20)
-
• Guheba ingeso zihumanye (Abanyefeso 4:22-24)
-
• Kugiranira ubucuti na Yehova (1 Yohani 4:8, 19)
-
-
8:30 Ururirimbo No. 110 n’amatangazo
-
8:40 IGIKINO: Nehemiya: ‘Akanyamuneza ka Yehova ni igihome kidukingira’: Igice ca 1 (Nehemiya 1:1–6:19)
-
9:15 Niwitegurire guhindura abantu abigishwa mw’isi nshasha (Yesaya 11:9; Ivyakozwe 24:15)
-
9:50 Ururirimbo No. 140 n’isengesho risozera