Ku wa gatanu
“Mwame munezerwa mu Mukama. Ndongeye kubivuga: Nimunezerwe!”—Abafilipi 4:4
MU GITONDO
-
2:20 Ividewo y’umuziki
-
2:30 Ururirimbo No. 111 n’isengesho
-
2:40 IJAMBO RY’UMUHAGARIKIZI: Igituma Yehova ari “Imana ihimbawe” (1 Timoteyo 1:11)
-
3:15 INSIGURO Y’IBICE BINE: Ni ibiki bituma turonka umunezero?
-
• Kworosha ubuzima (Umusiguzi 5:12)
-
• Ijwi ryo mu mutima ryiza (Zaburi 19:8)
-
• Kubona akazi mu buryo bwiza (Umusiguzi 4:6; 1 Abakorinto 15:58)
-
• Abagenzi beza (Imigani 18:24; 19:4, 6, 7)
-
-
4:05 Ururirimbo No. 89 n’amatangazo
-
4:15 IGIKINO CO KWUMVIRIZA: ‘Yehova yaratumye banezerwa’ (Ezira 1:1–6:22; Hagayi 1:2-11; 2:3-9; Zekariya 1:12-16; 2:7-9; 3:1, 2; 4:6, 7)
-
4:45 Nunezererwe ubukiriro Yehova atanga (Zaburi 9:14; 34:19; 67:1, 2; Yesaya 12:2)
-
5:15 Ururirimbo No. 148 n’akaruhuko
KU MUHINGAMO
-
6:15 Ividewo y’umuziki
-
6:25 Ururirimbo No. 131
-
6:30 INSIGURO Y’IBICE BINE: Nutume mu muryango iwanyu harangwa umunezero
-
• Bagabo, nimuhimbarirwe abagore banyu (Imigani 5:18, 19; 1 Petero 3:7)
-
• Bagore, nimuhimbarirwe abagabo banyu (Imigani 14:1)
-
• Bavyeyi, nimuhimbarirwe abana banyu (Imigani 23:24, 25)
-
• Bana, nimuhimbarirwe abavyeyi banyu (Imigani 23:22)
-
-
7:35 Ururirimbo No. 135 n’amatangazo
-
7:45 INSIGURO Y’IBICE BITANDATU: Ivyaremwe birerekana ko Yehova ashaka ko tunezerwa
-
• Amashurwe abereye ijisho (Zaburi 111:2; Matayo 6:28-30)
-
• Ibifungurwa biryoshe (Umusiguzi 3:12, 13; Matayo 4:4)
-
• Amabara ateye igomwe (Zaburi 94:9)
-
• Umubiri wacu ukozwe mu buryo butangaje (Ivyakozwe 17:28; Abanyefeso 4:16)
-
• Amajwi aryoheye ugutwi (Imigani 20:12; Yesaya 30:21)
-
• Ibikoko bitangaje (Itanguriro 1:26)
-
-
8:45 Kubera iki “abaremesha amahoro bagira umunezero”? (Imigani 12:20; Yakobo 3:13-18; 1 Petero 3:10, 11)
-
9:05 Kuba umugenzi wa Yehova birazana umunezero ntangere (Zaburi 25:14; Habakuki 3:17, 18)
-
9:40 Ururirimbo No. 28 n’isengesho ryo gusozera