Raporo yo kw’isi yose y’Ivyabona vya Yehova: Umwaka w’umurimo wa 2018
Raba amakuru y’ido n’ido ajanye n’igikorwa co kwamamaza Ivyabona vya Yehova baranguye kw’isi yose kuva muri Nyakanga 2017 gushika muri Myandagaro 2018,
Raporo yo mu 2018 yose ifatiwe hamwe
Iyi raporo y’umwaka irerekana utwigoro hamwe n’amahera Ivyabona vya Yehova bakoresheje kugira bakwiragize inkuru nziza y’Ubwami kw’isi yose.
Raporo yo mu 2018 y’ibihugu n’uturere
Muri iyo raporo harimwo igitigiri c’Ivyabona, ic’ababatijwe, ic’abitavye Icibutso n’ibindi.
Raba kandi
IBIBAZO BIKUNZE KUBAZWA
Kw’isi yose hari Ivyabona vya Yehova bangahe?
Raba ingene duharura Ivyabona vya Yehova bari kw’isi yose.
IBIBAZO BIKUNZE KUBAZWA
Kubera iki Ivyabona vya Yehova bamamaza inzu ku nzu?
Raba ico Yezu yategetse abigishwa biwe bo mu ntango gukora.
UBURYO BWO GUTANGUZA IBIYAGO
Ivyabona vya Yehova, turi bande?
Abantu benshi baripfuza kumenya Ivyabona vya Yehova abo ari bo. Nutege amatwi babikwibwirire.
IBITWEREKEYE
Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose
Raba ibijanye n’umuryango wacu ukwiye kw’isi yose.