Raporo yo mu 2018 yose ifatiwe hamwe
Ibiro vy’amashami vy’Ivyabona vya Yehova: 87
Igitigiri c’ibihugu bitanga raporo: 240
Amashengero yose hamwe: 119.954
Abitavye Icibutso kw’isi yose: 20.329.317
Abihereje ku bimenyetso vy’Icibutso kw’isi yose: 19.521
Abamamaji bose hamwe *: 8.579.909
Incahagati y’abamamaji buri kwezi: 8.360.594
Iyongerekana ugereranije na 2017: 1,4
Ababatijwe bose hamwe *: 281.744
Incahagati y’abatsimvyi * buri kwezi: 1.267.808
Incahagati y’abatsimvyi bafasha buri kwezi: 446.642
Amasaha yo mu ndimiro yose hamwe: 2.074.655.497
Incahagati y’inyigisho * zayobowe buri kwezi: 10.079.709
Mu mwaka w’umurimo wa 2018. * Ivyabona vya Yehova basohoye amadolari arenga imiliyoni 214 (nk’amarundi arenga imiliyaridi 387) mu kubungabunga abatsimvyi badasanzwe, abamisiyonari n’abacungezi b’imizunguruko mu gikorwa bashinzwe co mu ndimiro. Kw’isi yose, Ivyabona bose hamwe bakorera ku biro vy’amashami ni 20.331, Bose bari mu Rwego rwo kw’isi yose rw’abasuku badasanzwe b’igihe cose b’Ivyabona vya Yehova.
^ ing. 7 Umwamamaji ni umuntu yigisha abigiranye umwete inkuru nziza y’Ubwami bw’Imana. (Matayo 24:14) Kugira umenye ivyo twisunga mu guharura, raba ikiganiro co kuri jw.org kivuga ngo “Kw’isi yose hari Ivyabona vya Yehova bangahe?”
^ ing. 10 Wipfuza kumenya ibisabwa kugira umuntu abatizwe mu Vyabona vya Yehova, raba ikiganiro co kuri jw.org kivuga ngo “Ushobora gute kuba Icabona ca Yehova?”
^ ing. 11 Umutsimvyi ni Icabona yabatijwe w’intangakarorero, yitanga akamara igitigiri kanaka c’amasaha buri kwezi ariko arigisha inkuru nziza.
^ ing. 14 Wipfuza ayandi makuru, nurabe ikiganiro co kuri jw.org kivuga ngo “Ivyigwa mutanga vya Bibiliya bigirwa gute?”
^ ing. 15 Umwaka w’umurimo wa 2018 watanguye ku wa 1 Nyakanga 2017. urangira ku wa 31 Myandagaro 2018,