Raporo yo mu 2019 yose ifatiwe hamwe
Ibiro vy’amashami vy’Ivyabona vya Yehova: 87
Igitigiri c’ibihugu bitanga raporo: 240
Amashengero yose hamwe: 119.712
Abitavye Icibutso kw’isi yose: 20.919.041
Abihereje ku bimenyetso vy’Icibutso kw’isi yose: 20.526
Abamamaji bose hamwe *: 8.683.117
Incahagati y’abamamaji buri kwezi: 8.471.008
Iyongerekana ugereranije na 2018: 1,3
Ababatijwe bose hamwe *: 303.866
Incahagati y’abatsimvyi * buri kwezi: 1.277.738
Incahagati y’abatsimvyi bafasha buri kwezi: 464.980
Amasaha yo mu ndimiro yose hamwe: 2.088.560.437
Incahagati y’inyigisho * zayobowe buri kwezi: 9.618.182
Mu mwaka w’umurimo wa 2019, * Ivyabona vya Yehova basohoye amadolari arenga imiliyoni 224 (nk’amarundi arenga imiliyaridi 415) mu kubungabunga abatsimvyi badasanzwe, abamisiyonari n’abacungezi b’imizunguruko mu gikorwa bashinzwe co mu ndimiro.Kw’isi yose, Ivyabona bose hamwe bakorera ku biro vy’amashami ni 20.858. Bose bari mu Rwego rwo kw’isi yose rw’abasuku badasanzwe b’igihe cose b’Ivyabona vya Yehova.
^ ing. 7 Umwamamaji ni umuntu yigisha abigiranye umwete inkuru nziza y’Ubwami bw’Imana. (Matayo 24:14) Kugira umenye ivyo twisunga mu guharura, raba ikiganiro co kuri jw.org kivuga ngo “Kw’isi yose hari Ivyabona vya Yehova bangahe?”
^ ing. 10 Wipfuza kumenya ibisabwa kugira umuntu abatizwe mu Vyabona vya Yehova, raba ikiganiro co kuri jw.org kivuga ngo “Ushobora gute kuba Icabona ca Yehova?”
^ ing. 11 Umutsimvyi ni Icabona yabatijwe w’intangakarorero, yitanga akamara igitigiri kanaka c’amasaha buri kwezi ariko arigisha inkuru nziza.
^ ing. 14 Wipfuza ayandi makuru, nurabe ikiganiro co kuri jw.org kivuga ngo “Ivyigwa mutanga vya Bibiliya bigirwa gute?”
^ ing. 15 Umwaka w’umurimo wa 2019 watanguye ku wa 1 Nyakanga 2018, urangira ku wa 31 Myandagaro 2019.