Raporo yo mu 2020 yose ifatiwe hamwe
Ibiro vy’amashami vy’Ivyabona vya Yehova: 87
Igitigiri c’ibihugu bitanga raporo: 240
Amashengero yose hamwe: 120.387
Abitavye Icibutso kw’isi yose: 17.844.773
Abihereje ku bimenyetso vy’Icibutso kw’isi yose: 21.182
Abamamaji bose hamwe *: 8.695.808
Incahagati y’abamamaji buri kwezi: 8.424.185
Iyongerekana ugereranije na 2019: -0,6
Ababatijwe bose hamwe *: 241.994
Incahagati y’abatsimvyi * buri kwezi: 1.299.619
Incahagati y’abatsimvyi bafasha buri kwezi: 338.568
Amasaha yo mu ndimiro yose hamwe: 1.669.901.531
Incahagati y’inyigisho * zayobowe buri kwezi: 7.705.765
Mu mwaka w’umurimo wa 2020, * Ivyabona vya Yehova basohoye amadolari arenga imiliyoni 231 (nk’amarundi arenga imiliyaridi 444) mu kubungabunga abatsimvyi badasanzwe, abamisiyonari n’abacungezi b’imizunguruko mu gikorwa bashinzwe co mu ndimiro. Kw’isi yose, Ivyabona bose hamwe bakorera ku biro vy’amashami ni 20.994. Bose bari mu Rwego rwo kw’isi yose rw’abasuku badasanzwe b’igihe cose b’Ivyabona vya Yehova.
^ ing. 7 Umwamamaji ni umuntu yigisha abigiranye umwete inkuru nziza y’Ubwami bw’Imana. (Matayo 24:14) Kugira umenye ivyo twisunga mu guharura, raba ikiganiro co kuri jw.org kivuga ngo “Kw’isi yose hari Ivyabona vya Yehova bangahe?”
^ ing. 10 Wipfuza kumenya ibisabwa kugira umuntu abatizwe mu Vyabona vya Yehova, raba ikiganiro co kuri jw.org kivuga ngo “Ushobora gute kuba Icabona ca Yehova?”
^ ing. 11 Umutsimvyi ni Icabona yabatijwe w’intangakarorero, yitanga akamara igitigiri kanaka c’amasaha buri kwezi ariko arigisha inkuru nziza.
^ ing. 14 Wipfuza ayandi makuru, nurabe ikiganiro co kuri jw.org kivuga ngo “Ivyigwa mutanga vya Bibiliya bigirwa gute?”
^ ing. 15 Umwaka w’umurimo wa 2020 watanguye ku wa 1 Nyakanga 2019, urangira ku wa 31 Myandagaro 2020.