10-16 Gitugutu
IMIGANI 7-11
Ururirimbo rwa 32 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Umutima wawe ntukevye”: (Imin. 10)
Img 7:6-12
—Abatabona kure bakunda kugwa mu kaga mu vy’impwemu (w00 15/11 29-30) Img 7:13-23
—Gufata ingingo zitabereye birashobora kudukwegera (w00 15/11 30-31) Img 7:4, 5, 24-27
—Ubukerebutsi n’ugutegera biraturinda (w00 15/11 29, 31)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Img 9:7-9
—Ukuntu twakira impanuro vyerekana iki ku bitwerekeye? (w01 15/5 29-30) Img 10:22
—Umuhezagiro wa Yehova ugizwe n’ibiki muri iki gihe? (w06 15/5 26-30 ing. 3-16) Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?
Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Img 8:22–9:6
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) g16.5 igipfukisho
—Mutumire kw’ikoraniro ry’insiguro n’Umunara. Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) g16.5 igipfukisho
—Mutumire kw’ikoraniro ry’insiguro n’Umunara. Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 176 ing. 5-6
—Mutumire ku makoraniro.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ivyo urunganwe rwawe ruvuga
—Telefone ngendanwa (Img 10:19): (Imin. 15) Guhana ijambo. Banza werekane akavidewo Ivyo urunganwe rwawe ruvuga —Telefone ngendanwa. Ca mwihweza ikiganiro bijanye co kuri jw.org kivuga ngo “Nkwiye kumenya iki ku bijanye no kwandika amamesaje?” Nushimike ku vyiyumviro biri munsi y’ahavuga ngo “Impanuro.” Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 2 ing. 13-22
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 152 n’isengesho
Ivyibukijwe: Banza muvuze umuziki wose, mubone kuririmba.