17-23 Gitugutu
IMIGANI 12-16
Ururirimbo rwa 69 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ubukerebutsi buruta inzahabu”: (Imin. 10)
Img 16:16, 17
—Umuntu w’inkerebutsi ariga Ijambo ry’Imana akongera akarishira mu ngiro (w07 15/7 8) Img 16:18, 19
—Umuntu w’inkerebutsi ararwanya ubwishime n’ubwibone (w07 15/7 8-9) Img 16:20-24
—Umuntu w’inkerebutsi avuga amajambo aremesha abandi (w07 15/7 9-10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Img 15:15
—Tworonka gute umunezero mwinshi mu buzima? (g 11/13 16) Img 16:4
—Ni mu buryo ki Yehova yakoze umubisha “ku bw’intumbero yiwe”? (w07 15/5 18-19) Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?
Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Img 15:18–16:6
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Yoh 11:11-14
—Niwigishe ukuri. Mutumire kw’ikoraniro ry’insiguro n’Umunara. Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) It 3:1-6; Rm 5:12
—Niwigishe ukuri. Mutumire kw’ikoraniro ry’insiguro n’Umunara. Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 191 ing. 18-19
—Mutumire ku makoraniro.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Ingene twotanga inyishu nziza”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana akavidewo Nube umugenzi wa Yehova
—Nutegure inyishu uzotanga ku makoraniro. Nuce usaba abana wateguye baze imbere ubabaze uti: Ibintu bine vyodufasha gutegura inyishu ni ibihe? Kubera iki tworyoherwa naho twokiriza ntibatubaze? Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 2 ing. 23-34
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 102 n’isengesho