24-30 Gitugutu
IMIGANI 17-21
Ururirimbo rwa 76 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Rondera amahoro”: (Imin. 10)
Img 19:11
—Nugume utekanye igihe bakubabaje (w14 1/12 12-13) Img 18:13, 17; 21:13
—Banza wiyemeze ko ufise amakuru yose (w11 15/8 30 ing. 11-14) Img 17:9
—Nuharire uwagucumuyeko ubitumwe n’urukundo (w11 15/8 31 ing. 17)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Img 17:5
—Ni imvo imwe iyihe yotuma duhitamwo neza uburyo bwo kwisamaza? (w10 15/11 6 ing. 17; w10 15/11 31 ing. 15) Img 20:25
—Iki canditswe kijanye gute n’ivy’ukureshanya no kwubakana? (w09 15/5 15-16 ing. 12-13) Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?
Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Img 18:14–19:10
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Muhe ubutumire bw’amakoraniro y’ishengero. (inv)
Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) inv
—Imbere yo kuvana, mwereke akavidewo kavuga ngo Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga. Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) lv 56-57 ing. 14-15
—Mufashe kubona ingene yoryohora ibijanye n’inyambaro be n’ukwitunganya igihe yitavye amakoraniro.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Kurondera amahoro birazana imihezagiro: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana akavidewo kavuga ngo Kurondera amahoro birazana imihezagiro. Nuce ubaza ibi bibazo: Ni ibiki twokwirinda igihe tugiraniye ingorane n’uwundi? Ni imihezagiro iyihe tworonka dushize mu ngiro ibivugwa mu Migani 17:9 no muri Matayo 5:23, 24?
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 2 ing. 35-40, uruzitiro “Woba ubona ko Ubwami bw’Imana bubaho koko?”, n’ibicapo “Ubwami bw’Imana ni intwaro ibaho koko” hamwe na “Bategurwa ku bijanye n’ivuka ry’Ubwami”
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 144 n’isengesho