31 Gitugutu–6 Munyonyo
IMIGANI 22-26
Ururirimbo rwa 88 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Rera umwana wisunze inzira imubereye”: (Imin. 10)
Img 22:6; 23:24, 25
—Indero iva ku Mana ituma abana iyo bamaze gukura baba abantu bahimbawe kandi bitaho ibintu (w08 1/4 16; w07 1/6 31) Img 22:15; 23:13, 14
—Mu muryango, “inkoni” igereranya uburyo bwose bwo gutoza indero (w97 1/11 31; it-1 279 ing. 5) Img 23:22
—Abana naho baba bakuze barashobora kwungukira ku bukerebutsi bw’abavyeyi babo (w04 15/6 14 ing. 1-3; w00 1/7 17 ing. 13)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Img 24:16
—Uyu mugani udufasha gute kwumirako mw’isiganwa ry’ubuzima turimwo? (w13 15/3 4-5 ing. 5-8) Img 24:27
—Uyu mugani dukwiye kuwutahura gute? (w09 15/10 12 ing. 1) Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?
Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Img 22:1-21
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) agakarata ka JW.ORG
—Shinga intahe akaryo kizanye. Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) agakarata ka JW.ORG
—Nucire inzira ikiyago kizokurikira maze imbere y’uko ugenda umwereke akavidewo kavuga ngo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya? Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) lv 179-180 ing. 18-19
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Woba ukoresha neza udukarata twa JW.ORG?”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Niwerekane akavidewo k’ingene twobigira, muce muganira ku vyiyumviro nyamukuru mwabonye. Remesha abamamaji kuza baragendana udukarata dukeyi igihe cose.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 3 ing. 1-12 be n’“Igihimba ca 1
—Ukuri kw’Ubwami— Gutanga ibifungurwa vy’impwemu” Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 146 n’isengesho
Ivyibukijwe: Banza muvuze umuziki wose, mubone kuririmba.