Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

22-28 Gitugutu

YOHANI 15-17

22-28 Gitugutu

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ntimuri ab’isi”: (Imin. 10)

    • Yoh 15:19​—Abayoboke ba Yezu ‘si ab’isi’ (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Yoh 15:21​—Abayoboke ba Yezu barankwa bahorwa izina ryiwe (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Yoh 16:33​—Abayoboke ba Yezu barashobora gutsinda isi nk’uko na we yayitsinze (it-1 555)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yoh 17:21-23​—Ni mu buryo ki abayoboke ba Yezu bobaye “umwe”? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Yoh 17:24​—“Ishingwa ry’isi” rivugwa ng’aha ni irihe? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yoh 17:1-14

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago.

  • Usubiyeyo ubwa gatatu: (Imin. 3 canke idashika) Ihitiremwo icanditswe wokoresha, uce ushikiriza kimwe mu bitabu tuyoboramwo inyigisho.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) fg icigwa ca 14 ing. 3-4

UBUZIMA BW’UMUKIRISU