Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YOHANI 11-12

Niwigane impuhwe za Yezu

Niwigane impuhwe za Yezu

11:23-26, 33-35, 43, 44

Kubera iki impuhwe za Yezu n’ikibabarwe ciwe vyari ibidasanzwe?

  • Naho Yezu atashikiwe n’ibintu vyose vyashikira abandi bantu, yarishira mu kibanza cabo, akiyumvamwo umubabaro wabo

  • Ntiyaterwa isoni no kugaragaza uko yiyumva

  • Yaribwiriza gufasha abari n’ivyo bakeneye