12-18 Gitugutu
KUVAYO 33-34
Ururirimbo rwa 115 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Kamere nziza igitangaza za Yehova”: (Imin. 10)
Kv 34:5—Kumenya izina ry’Imana bisobanura kumenya imigambi yayo, ivyo ikora be na kamere zayo (it-2 412)
Kv 34:6—Kamere Yehova afise zituma tumwiyegereza (w09 1/5 18 ing. 3-5)
Kv 34:7—Yehova arababarira abacumuzi bigaye (w09 1/5 18 ing. 6)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Kv 33:11, 20—Imana yavuganye gute na Musa “amaso mu yandi”? (w04 15/3 27 ing. 5)
Kv 34:23, 24—Kubera iki Abagabo b’Abisirayeli bari bakeneye ukwizera kugira bitabe ya misi mikuru itatu yaba buri mwaka? (w98 1/9 20 ing. 5)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Kv 33:1-16 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya usubiyeyo: (Imin. 5) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo, uce ubaza uti: Ni gute Bella yasiguye neza icanditswe? Yafashije gute umunyamuhana kuzirikana?
Usubiyeyo: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace kajanye na usubiyeyo. Nutsinde ivyohagarika ikiyago bikunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 16)
Usubiyeyo: (Imin. 5 canke idashika) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Numwereke igitabu Bibiliya itwigisha iki? uce utanguze inyigisho mu cigwa ca 2. (th icigwa ca 8)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Bakiri bato, Yehova yoba ari umugenzi abarutira abandi bose?”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Yemwe bakiri bato “nimuhonje, mubone ko Yehova aryoshe”.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30 canke idashika) jy ikig. 136
Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)
Ururirimbo rwa 103 n’isengesho