Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

26 Gitugutu–1 Munyonyo

KUVAYO 37-38

26 Gitugutu–1 Munyonyo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ibicaniro vy’itaberenakulo n’uruhara rwavyo mu gusenga kw’ukuri”: (Imin. 10)

    • Kv 37:25​—Igicaniro c’imibavu cari Aheranda (it-1 230 ing. 1)

    • Kv 37:29​—Imibavu myeranda rwari uruvange rwitondewe (it-1 756)

    • Kv 38:1​—Igicaniro c’ishikanwa riturirwa cari mu kigo imbere y’ubwinjiriro bw’itaberenakulo (Kv 40:6, 29; it-1 229 ing. 5)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Kv 37:1, 10, 25​—Kubera iki urubaho rw’umunyinya rwari igikoresho ciza mu kwubaka itaberenakulo? (it-1 34)

    • Kv 38:8​—Ivyirore vya kera vyari bitandukaniye he n’ivyo dukoresha muri iki gihe? (w15 1/4 15 ing. 4)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Kv 37:1-24 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU