5-11 Gitugutu
KUVAYO 31-32
Ururirimbo rwa 45 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Niwirinde gusenga ibigirwamana”: (Imin. 10)
Kv 32:1—Ibihe bigoye ntibikwiye kuba icitwazo co gusenga izindi mana (w09 15/5 11 ing. 11)
Kv 32:4-6—Abisirayeli baravanze ugusenga kw’ukuri n’ukw’ikinyoma (w12 15/10 25 ing. 12)
Kv 32:9, 10—Ishavu rya Yehova ryararurumbiye Abisirayeli (w18.07 20 ing. 14)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Kv 31:17—Ni mu buryo ubuhe Yehova yaruhutse ku musi w’irema ugira indwi? (w19.12 3 ing. 4)
Kv 32:32, 33—Ni kubera iki inyigisho y’uko “uwakiriye Yezu nk’umwami n’umukiza wiwe aba akijijwe rimwe rizima” atari iy’ukuri? (w87 1/9 29)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Kv 32:15-35 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya mugihura: (Imin. 4) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo, uce ubaza uti: Ni gute Bella yakoresheje neza ibibazo? Yaciriye gute inzira isubirayo?
Mugihura: (Imin. 4 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya ividewo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya? (th icigwa ca 9)
Insiguro: (Imin. 5 canke idashika) w10 15/5 21—Umutwe: Kubera iki Yehova atahanye Aroni igihe yahingura inyana y’inzahabu? (th icigwa ca 7)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Nuhe agaciro ubucuti ufitaniye na Yehova”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Nuzigame ubucuti ufitaniye na Yehova (Kl 3:5).
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30 canke idashika) jy ikig. 135
Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)
Ururirimbo rwa 90 n’isengesho