Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

12-18 Kigarama

YESAYA 6-10

12-18 Kigarama

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Mesiya yarashikije ubuhanuzi”: (Imin. 10)

    • Yes 9:1, 2—Ubuhanuzi bwari bwaravuze igikorwa yoranguye i Galilaya (w11 15/8 10 ing. 13; ip-1 124-126 ing. 13-17)

    • Yes 9:6—Yoranguye amabanga atandukanye (w14 15/2 12 ing. 18; w07 15/5 6)

    • Yes 9:7—Ubutegetsi bwiwe buzozana amahoro n’ubutungane nyavyo (ip-1 132 ing. 28-29)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yes 7:3, 4—Kubera iki Yehova yakijije Umwami Ahazi kandi yari mubi? (w06 1/12 9 ing. 3)

    • Yes 8:1-4—Ubu buhanuzi bwarangutse gute? (it-1 1206-1207; ip-1 111-112 ing. 23-24)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yes 7:1-17

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU