19-25 Kigarama
YESAYA 11-16
Ururirimbo rwa 143 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Isi izokwuzura ubumenyi bwerekeye Yehova”: (Imin. 10)
Yes 11:3-5
—Kw’isi hazoba ubugororotsi ibihe vyose (ip-1 160-161 ing. 9-11) Yes 11:6-8
—Hazoba amahoro hagati y’abantu n’ibikoko (w12 15/9 9-10 ing. 8-9) Yes 11:9
—Abantu bose bazokwiga inzira za Yehova (w16.06 8 ing. 9; w13 1/6 7)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Yes 11:1, 10
—Yezu Kristu ashobora gute kuba “umuzi wa Yese” akongera akaba agashami gashamika “ku gishitsi ca Yese”? (w06 1/12 9 ing. 5) Yes 13:17
—Ni mu buryo ki Abamedi bafata ifeza nk’aho ari ubusa, n’inzahabu ntibahimbare? (w06 1/12 10 ing. 10) Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?
Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yes 13:17–14:8
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Yb 34:10
—Niwigishe ukuri. Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Ums 8:9; 1Yh 5:19
—Niwigishe ukuri. Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) lv 54 ing. 9
—Erekana ingene twoshikira umutima w’umutohoji.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Inyigisho iva ku Mana ituma tutinubana”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana akavidewo kavuga ngo Johny na Gideon: Kera bari abansi ariko ubu ni abavukanyi.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 5 ing. 18-25, n’uruzitiro “Woba ubona ko Ubwami bw’Imana bubaho koko?”
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 151 n’isengesho
Ivyibukijwe: Banza muvuze umuziki wose, mubone kuririmba.