Afrika y’Epfo: Bariko bararirimba mu gusenga kwo mu muryango

AGATABU K’IKORANIRO RY'UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU Kigarama 2018

Ingene twotanguza ibiyago

Ibiyago bisigura igituma Imana yaremye abantu be n’ivyo idusezeranira muri kazoza.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Uwatoteza abigishwa ba Yezu acika umwigishwa w’umunyamwete

Nimba uriko uriga Bibiliya mugabo ukaba utarabatizwa, woba uzokwigana Sauli mu gushira mu ngiro ivyo wiga udatebaganye?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Paulo na Barunaba barahinduye abantu abigishwa mu turere twa kure

Naho Paulo na Barunaba barwanijwe bikomeye, barihatiye gufasha abatekereza gucika abakirisu.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro​—Dufashe “abafise agatima kabereye” gucika abigishwa

Dukorana gute na Yehova mu guhindura abantu abigishwa?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Barahurije ku ngingo imwe bisunze Ijambo ry’Imana

Ukuntu iki kibazo catunganijwe bitwigisha iki?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Nushemeze Yehova mu kuririmba unezerewe

Kuririmba indirimbo z’Ubwami bituma twiyumva gute?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Twigane intumwa Paulo mu kwamamaza no mu kwigisha

Twokwigana gute akarorero k’intumwa Paulo mu busuku bwacu?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

“Mwirinde ubwanyu, murinde n’ubusho bwose”

Abakurambere baragaburira, bagakingira kandi bakitwararika ubusho. Ivyo babitumwa n’uko baguma bibuka ko buri ntama yaguzwe amaraso y’agaciro ya Kristu.