10-16 Kigarama
IVYAKOZWE 12-14
Ururirimbo rwa 60 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Paulo na Barunaba barahinduye abantu abigishwa mu turere twa kure”: (Imin. 10)
Ivk 13:2, 3—Yehova yahisemwo Barunaba na Sauli ku bw’igikorwa kidasanzwe (bt 86 ing. 4)
Ivk 13:12, 48; 14:1—Igikorwa cabo kitoroshe caravuyemwo ivyiza vyinshi (bt 95 ing. 5)
Ivk 14:21, 22—Barunaba na Paulo barakomeje abigishwa bashasha (w14 15/9 13 ing. 4-5)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Ivk 12:21-23—Ivyashikiye Herodi bitwigisha iki? (w08 15/5 32 ing. 7)
Ivk 13:9—Kubera iki Sauli yitwa kandi Paulo? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ivk 12:1-17
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago.
Akavidewo ka usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.
Insiguro: (Imin. 6 canke idashika) bt 78-79 ing. 8-9—Umutwe: Nusabire abo dusangiye ukwemera.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro—Dufashe ‘abafise agatima kabereye’ gucika abigishwa”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Yehova Imana azogufasha.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 45
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 55 n’isengesho