17-23 Kigarama
IVYAKOZWE 15-16
Ururirimbo rwa 96 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Barahurije ku ngingo imwe bisunze Ijambo ry’Imana”: (Imin. 10)
Ivk 15:1, 2—Ikibazo co kugenyerwa carahatswe gucanishamwo ishengero ryo mu kinjana ca mbere (bt 102-103 ing. 8)
Ivk 15:13-20—Inama nyobozi yarafashe ingingo yisunze Ivyanditswe (w12 15/1 5 ing. 6-7)
Ivk 15:28, 29; 16:4, 5—Ingingo inama nyobozi yafashe yarakomeje amashengero (bt 123 ing. 18)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Ivk 16:6-9—Iyi nkuru itwigisha iki ku bijanye no kwagura umurimo wacu? (w12 15/1 10 ing. 8)
Ivk 16:37—Intumwa Paulo yakoresheje gute ubwenegihugu bwiwe bw’Uburoma mu guteza imbere inkuru nziza? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ivk 16:25-40
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Hera ku gace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu.
Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago. Nimumere nk’aho muhejeje kuraba akavidewo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya?, muce mukaganirako.
Akavidewo ka usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Nushemeze Yehova mu kuririmba unezerewe”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Abana barashemeza Yehova mu kuririmba. Mu gusozera, nusabe bose bahaguruke muririmbe mujana n’ividewo ururirimbo rwa 84: Twitangire igikorwa.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 46
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 102 n’isengesho