3-9 Kigarama
IVYAKOZWE 9-11
Ururirimbo rwa 115 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Uwatoteza abigishwa ba Yezu acika umwigishwa w’umunyamwete”: (Imin. 10)
Ivk 9:1, 2—Sauli yaratoteza cane abigishwa ba Yezu (bt 60 ing. 1-2)
Ivk 9:15, 16—Sauli yaratowe ngo ashingire intahe Yezu (w16.06 7 ing. 4)
Ivk 9:20-22—Sauli yaracitse umwigishwa w’umunyamwete (bt 64 ing. 15)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Ivk 9:4—Kubera iki Yezu yabajije Sauli ngo: “Umpamira iki?” (bt 60-61 ing. 5-6)
Ivk 10:6—Kubera iki biri n’ico bivuze kubona intumwa Petero yaratse indaro ku muhinguzi w’inshato? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ivk 9:10-22
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Akavidewo ka mugihura: (Imin. 4) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.
Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago.
Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) jl icigwa ca 6
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 8)
Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin.7) Erekana videwo yo muri Kigarama ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 44
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 59 n’isengesho