AGATABU K’IKORANIRO RY'UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU Kigarama 2019
Ingene twotanguza ibiyago
Ibiyago vyerekeye Bibiliya be n’ubuzima buhimbaye.
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Isinzi rinini umuntu adashobora guharura rirahezagirwa na Yehova
Wokora iki kugira ube mu bagize isinzi rinini wongere wironkere imihezagiro rizoronka?
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ivyabona . . . bibiri” biricwa bigasubira kugirwa bizima
Iyerekwa intumwa Yohani yeretswe rijanye n’ivyabona bibiri risobanura iki?
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Ntutinye vya bikoko biteye ubwoba
Twokwirinda gute kwoshwa na vya bikoko bivugwa mu Vyahishuwe 13?
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Intambara y’Imana izorangiza intambara zose
Kubera iki bikenewe ko Imana irwana intambara, kandi tuzorokoka gute?
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ehe ibintu vyose ndiko ndabigira bishasha”
Ni gute Imana izogira ibintu vyose bishasha, kandi ubuzima buzoca bumera gute?
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro—Guhuza n’uko ibintu vyifashe
Twohuza gute n’uko ibintu biba vyifashe mu ndimiro?