Ntutinye vya bikoko biteye ubwoba
Gutahura ibikoko bivugwa mu Vyahishuwe ikigabane ca 13 biradufasha kwirinda kubitinya canke kubikurikira tubitangarira, nk’uko abantu muri rusangi babigira.
Erekana ico igikoko cose kigereranya
IBIKOKO
INTWARO
-
Intwaro nganzasi y’Abongereza n’Abanyamerika
-
Wa Muhari w’amahanga be n’icawusubiriye, ni ukuvuga ONU
-
Shetani
-
Intwaro zose z’abantu