2-8 Kigarama
IVYAHISHUWE 7-9
Ururirimbo rwa 63 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Isinzi rinini umuntu adashobora guharura rirahezagirwa na Yehova”: (Imin. 10)
Ivy 7:9—“Isinzi rinini” rihagaze imbere y’intebe y’ubwami ya Yehova (it-1 1014 ing. 2)
Ivy 7:14—Isinzi rinini rizorokoka “ya makuba akomeye” (it-2 1104 ing. 4)
Ivy 7:15-17—Isinzi rinini rizokwironkera imihezagiro ng’aha kw’isi (it-1 1014)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Ivy 7:1—“Abamarayika bane bahagaze ku mfuruka zine z’isi” be na ya “miyaga ine” bigereranya iki? (re 113-115 ing. 3-4)
Ivy 9:11—“Umumarayika w’inyenga” ni nde? (it-1 12)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ivy 7:1-12 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Niwijukire gusoma no kwigisha: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Impuhwe n’ikibabarwe, muce muganira ku cigwa ca 12 c’agatabu Kwigisha.
Insiguro: (Imin. 5 canke idashika) w16.01 25-26 ing. 12-16—Umutwe: Kubera iki tudakwiye guhagarikwa umutima n’iyongerekana ry’abafata ku bimenyetso vy’Icibutso muri iyi myaka? (th icigwa ca 6)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 8)
Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin. 7) Erekana ividewo yo muri Kigarama ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 93
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 27 n’isengesho