Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | IVYAHISHUWE 7-9

Isinzi rinini umuntu adashobora guharura rirahezagirwa na Yehova

Isinzi rinini umuntu adashobora guharura rirahezagirwa na Yehova

7:9, 14-17

Kubera iki Yehova ahezagira iryo sinzi rinini?

  • “Bahagaze imbere ya ya ntebe y’ubwami [ya Yehova]”: Barashigikira n’umutima wabo wose ubusegaba bwa Yehova

  • Bambaye “amakanzu yera”: Bisobanura ko batyoroye kandi bagororotse imbere ya Yehova kubera bizera incungu ya Kristu

  • Bakorera Yehova “igikorwa ceranda umurango n’ijoro”: Baramusenga badahorereza kandi babigiranye ishaka

Nokora iki kugira mbe mu bagize isinzi rinini?